Indirimbo zo Gutazira Imana


2017.02.16 توسط Gasabo International Market
16/02/2017 نسخه‌های قدیمی

درباره‌ی Indirimbo zo Gutazira Imana

Indirimbo zo gutazira Imana mu Kirundi

Iyo kwigishiriza mu ndirimbo bifatanije na Mpwema Yera, bigira inkomezi nyinshi mu kuzanira abantu Kristo. Iki gitaba kirimwo indirimbo zatoranijwe Amashengero y' Abadventiste b' Umunsi w' Indwi bo muri Afrika.

N' aho hatoranijwe nkeya, n' izo guhimbaza Imana mu makoraniro makuru, mu mashure no mu mashengero yose, aho abizeye bagaruka kwa Yesu bari, ngo baririmbe ubwo butumwa atari ukubwigisha gusa.

Izi ndirimbo ziri mu ndimi nyinshi za Afrika, Abaziririmba bose tubifurije ko zotunganya ubukristo bwabo, kandi zigakundisha n' abandi benshi ubutumwa bw' agakiza.

جدیدترین چیست در نسخه‌ی 2017.02.16

Last updated on 22/02/2017
Reduced application size

اطلاعات تکمیلی برنامه

آخرین نسخه

2017.02.16

بارگذاری شده توسط

Mickael Twix

نیاز به اندروید

Android 4.0+

گزارش

گزارش محتوای نامناسب

نمایش بیشتر

جایگزین Indirimbo zo Gutazira Imana

از Gasabo International Market بیشتر دریافت کنید

کشف کنید